Hari agahengwe kubijanye n’igitoro ku ma sitasiyo yo mu Gisagara ca Bujumbura. Aho twaciye nta mirongo y’imodoka zirindiriye igitoro yari ihari ugereranije n’iyari imaze imisi yibonekeza.
Abingendesha barashima bakanasaba ko hokorwa ibishoboka vyose kugira ikibazo c’igitoro mu Burundi gitore inyishu irama.